ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 «Mwe n’abahungu bawe ntimuze mwinjire mw’ihema ry’ibonaniro mwanyoye umuvinyu canke izindi nzoga+ kugira ntimupfe. Iryo ni itegeko ryamaho uko urunganwe* rwanyu ruzogenda rurakurikirana.

  • Amosi 2:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Bamwe mu bana banyu nabagize abahanuzi+,

      bamwe mu misore yanyu na bo ndabagira Abanaziri+.

      None ivyo si vyo ga yemwe Bisirayeli?”, ni ko Yehova avuze.

      12 “Ariko mwagumye muha umuvinyu Abanaziri ngo banywe+,

      abahanuzi na bo mukabategeka ngo: ‘Ntimuvuge ubuhanuzi+.’

  • Luka 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 kuko azoba umuntu ahambaye imbere ya Yehova*+. Ariko ntaze yigere anywa umuvinyu canke izindi nzoga+. Azokwuzuzwa impwemu nyeranda n’imbere y’uko avuka*+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika