Abalewi 21:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Yehova abandanya kubwira Musa ati: «Bwira abaherezi ari bo bahungu ba Aroni uti: “Ntihaze hagire uwihumanya kubera umuntu wo mw’ihanga ryiwe yapfuye+. Abalewi 21:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ntakwiye kwegera umuntu n’umwe yapfuye+. Ntaze yihumanye naho yoba ari se wiwe canke nyina wiwe yapfuye.
21 Yehova abandanya kubwira Musa ati: «Bwira abaherezi ari bo bahungu ba Aroni uti: “Ntihaze hagire uwihumanya kubera umuntu wo mw’ihanga ryiwe yapfuye+.
11 Ntakwiye kwegera umuntu n’umwe yapfuye+. Ntaze yihumanye naho yoba ari se wiwe canke nyina wiwe yapfuye.