Abalewi 8:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Maze Musa abwira Aroni n’abahungu biwe ati: «Nimutekere+ izo nyama ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro. Muzozirira ng’aho nyene kandi muzozikoza umukate wo muri ca giseke*, kuko Imana yantegetse iti: “Aroni n’abahungu biwe bazobirya+.”
31 Maze Musa abwira Aroni n’abahungu biwe ati: «Nimutekere+ izo nyama ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro. Muzozirira ng’aho nyene kandi muzozikoza umukate wo muri ca giseke*, kuko Imana yantegetse iti: “Aroni n’abahungu biwe bazobirya+.”