Abalewi 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Hanyuma Aroni aduza amaboko hejuru y’abantu arabahezagira+. Ahejeje gutanga ishikanwa ry’igicumuro n’ishikanwa riturirwa hamwe n’ibimazi vyo gusangira, aca aramanuka. Gusubira mu vyagezwe 10:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ico gihe ni ho Yehova yacagura umuryango w’Abalewi+ ngo barerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, bahagarare imbere ya Yehova kugira bamukorere no kugira bahezagire abantu mw’izina ryiwe+ nk’uko biri gushika uyu musi.
22 Hanyuma Aroni aduza amaboko hejuru y’abantu arabahezagira+. Ahejeje gutanga ishikanwa ry’igicumuro n’ishikanwa riturirwa hamwe n’ibimazi vyo gusangira, aca aramanuka.
8 Ico gihe ni ho Yehova yacagura umuryango w’Abalewi+ ngo barerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, bahagarare imbere ya Yehova kugira bamukorere no kugira bahezagire abantu mw’izina ryiwe+ nk’uko biri gushika uyu musi.