Gusubira mu vyagezwe 28:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Amahanga yose yo kw’isi azobona ko mwitirirwa izina rya Yehova+, kandi azobatinya+. Yesaya 43:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nzanira uwo wese yitirirwa izina ryanje+kandi naremye ku bw’ubuninahazwa bwanje,uwo nabumvye, uwo nakoze+.” Yesaya 43:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yehova avuze ati: «Muri ivyabona vyanje+,emwe, umusavyi wanje natoye+,kugira ngo mumenye ibinyerekeye kandi munyizere*,no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yaremwe*,n’inyuma yanje nta n’imwe yaremwe*+.
7 Nzanira uwo wese yitirirwa izina ryanje+kandi naremye ku bw’ubuninahazwa bwanje,uwo nabumvye, uwo nakoze+.”
10 Yehova avuze ati: «Muri ivyabona vyanje+,emwe, umusavyi wanje natoye+,kugira ngo mumenye ibinyerekeye kandi munyizere*,no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yaremwe*,n’inyuma yanje nta n’imwe yaremwe*+.