ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ariko uzotore abagabo babishoboye+, batinya Imana, b’abizigirwa kandi banka itunga ribi+ maze ubagire abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi+.

  • Guharura 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Muzoba muri kumwe n’umugabo avuye mu muryango umwumwe wose. Akwiye kuba ari umukuru w’umugwi ugizwe n’imiryango yabo+.

  • Guharura 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Abo ni bo bagabo bo mw’ishengero bahamagawe. Bari abakuru+ b’imiryango ya ba sekuru, abakuru b’ibihumbi muri Isirayeli+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika