Abalewi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Niyatanga ishikanwa riturirwa rivuye mu nka, akwiye kuzana ishuri itagira akanenge+. Azoyizana imbere ya Yehova ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro avyishakiye+.
3 Niyatanga ishikanwa riturirwa rivuye mu nka, akwiye kuzana ishuri itagira akanenge+. Azoyizana imbere ya Yehova ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro avyishakiye+.