Guharura 2:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Abazokambika mu buraruko, ni umugwi ugizwe n’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Dani, hisunzwe imigwi y’ingabo zabo. Umukuru w’abakomoka kuri Dani ni Ahiyezeri+ umuhungu wa Amishadayi. Guharura 10:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Haciye hakurikira umugwi w’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Dani, upanze mu migwi mitomito. Wagendera inyuma ucunze iyo migwi yose. Umukuru w’umuryango wa Dani yari Ahiyezeri+ umuhungu wa Amishadayi.
25 Abazokambika mu buraruko, ni umugwi ugizwe n’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Dani, hisunzwe imigwi y’ingabo zabo. Umukuru w’abakomoka kuri Dani ni Ahiyezeri+ umuhungu wa Amishadayi.
25 Haciye hakurikira umugwi w’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Dani, upanze mu migwi mitomito. Wagendera inyuma ucunze iyo migwi yose. Umukuru w’umuryango wa Dani yari Ahiyezeri+ umuhungu wa Amishadayi.