Abalewi 4:22, 23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Umukuru+ niyacumura atabishaka, agakora kimwe mu bintu vyose Yehova Imana yiwe yabujije, 23 abwirizwa gutanga ishikanwa ry’isuguru y’impene ikiri nto itagira akanenge. Ukwo nyene ni ko azobigenza nibamumenyesha ko yarenze kw’ibwirizwa ry’Imana.
22 Umukuru+ niyacumura atabishaka, agakora kimwe mu bintu vyose Yehova Imana yiwe yabujije, 23 abwirizwa gutanga ishikanwa ry’isuguru y’impene ikiri nto itagira akanenge. Ukwo nyene ni ko azobigenza nibamumenyesha ko yarenze kw’ibwirizwa ry’Imana.