Guharura 1:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Muzoba muri kumwe n’umugabo avuye mu muryango umwumwe wose. Akwiye kuba ari umukuru w’umugwi ugizwe n’imiryango yabo+. Guharura 1:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mu muryango wa Nafutali na ho ni Ahira+ umuhungu wa Enani.
4 Muzoba muri kumwe n’umugabo avuye mu muryango umwumwe wose. Akwiye kuba ari umukuru w’umugwi ugizwe n’imiryango yabo+.