ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Uzokora abakerubi* babiri mu nzahabu, kandi uzobacurisha inyundo ku mpera zibiri z’uwo mufuniko+.

  • 1 Samweli 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Nuko abantu barungika i Shilo abaja gutora isandugu y’isezerano rya Yehova Nyeningabo, umwe yicaye ku ntebe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+. Ba bahungu babiri ba Eli, ari bo Hofuni na Finehasi+, baza bazananye n’iyo sandugu y’isezerano ry’Imana y’ukuri.

  • Zaburi 80:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 80 Ewe Mwungere wa Isirayeli, nutege ugutwi,

      wewe uyobora Yozefu nk’ubusho bw’ibitungwa+.

      Wewe wicaye ku ntebe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+,

      nusayangane*!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika