ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 38:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ng’uru urutonde rw’ivyakoreshejwe mu kwubaka rya hema ryeranda, ni ukuvuga ihema ryeranda ririmwo isandugu y’isezerano*+. Musa ni we yategetse Abalewi+ kugira urwo rutonde, bahagarikiwe na Itamari+ umuhungu wa Aroni umuherezi.

  • Guharura 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 «Zana Abalewi+, ubashikirize Aroni umuherezi kugira bamufashe+.

  • Guharura 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Bazokwitwararika ibikoresho vyose+ vy’ihema ry’ibonaniro bongere bafashe Abisirayeli mu gukora ibikorwa bajejwe bijanye n’ihema ryeranda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika