Kuvayo 6:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Muzoba abantu banje nanje mbe Imana yanyu+. Muzomenya vy’ukuri ko jewe Yehova Imana yanyu ari jewe ndiko ndabakura mu bikorwa biruhisha Abanyamisiri babakoresha. Abalewi 11:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Ndi Yehova, uwabakuye mu Misiri kugira ndabereke ko ndi Imana yanyu+. Mutegerezwa kuba beranda+ kuko ndi mweranda+.
7 Muzoba abantu banje nanje mbe Imana yanyu+. Muzomenya vy’ukuri ko jewe Yehova Imana yanyu ari jewe ndiko ndabakura mu bikorwa biruhisha Abanyamisiri babakoresha.
45 Ndi Yehova, uwabakuye mu Misiri kugira ndabereke ko ndi Imana yanyu+. Mutegerezwa kuba beranda+ kuko ndi mweranda+.