ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Musa aca atakambira Yehova Imana yiwe+ ati: «Kubera iki ga Yehova worakarira abantu bawe wakuye mu Misiri ukoresheje ububasha bwawe buhambaye n’ukuboko kwawe gukomeye+?

  • Gusubira mu vyagezwe 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Nari nagize ubwoba kuko Yehova yari yabashavuriye cane+, akaba yagira abatikize. Ariko n’ico gihe nyene Yehova yaranyumvirije+.

  • Zaburi 106:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Yagira itange itegeko ryo kubatikiza,

      ariko Musa uwo yatoye aca arayitakambira*

      kugira itsinde ishavu ryayo ntibahonye+.

  • Yakobo 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Mwaturiranire rero ibicumuro ata guhishanya+ kandi musengeranire, kugira mukire. Ugutakamba kw’umugororotsi gufise inguvu nyinshi*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika