1 Abakorinto 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ivyo bintu rero vyatubereye akarorero, kugira ntitwipfuze ibintu bibi nk’uko na bo bavyipfuje+. 1 Abakorinto 10:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Eka kandi ntimukidodombe nk’uko bamwe muri bo bidodomvye+, bakicwa n’umuranduzi+.