Kuvayo 16:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Nuko Abisirayeli bamara imyaka 40 barya manu+, gushika bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Baguma barya manu gushika bashitse ku rubibe rw’igihugu ca Kanani+. Guharura 21:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Baguma bidogera Imana na Musa+, bavuga ngo: «Mbega mwadukuye mu Misiri kugira dupfire muri ubu bugaragwa? Nta vyo kurya n’amazi bihari+, kandi n’uyu mukate ugayitse usigaye udushisha+.»
35 Nuko Abisirayeli bamara imyaka 40 barya manu+, gushika bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Baguma barya manu gushika bashitse ku rubibe rw’igihugu ca Kanani+.
5 Baguma bidogera Imana na Musa+, bavuga ngo: «Mbega mwadukuye mu Misiri kugira dupfire muri ubu bugaragwa? Nta vyo kurya n’amazi bihari+, kandi n’uyu mukate ugayitse usigaye udushisha+.»