ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 16:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Urume rumaze guhera, hasi haca haboneka utuntu tw’intimbatimba ntoyi dukecagurika+, tungana n’udutete tw’urubura.

  • Nehemiya 9:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Wabahaye impwemu yawe nziza kugira ngo baronke ubukerebutsi*+. Ntiwigeze ubima manu bafungura+, kandi warabahaye amazi igihe bari banyotewe+.

  • Yohani 6:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Ba sokuruza bacu barariye manu mu bugaragwa+, nk’uko vyanditswe ngo: “Yabagaburiye umukate uvuye mw’ijuru+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika