Kuvayo 16:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Iri ni ryo tegeko Yehova atanze: “Umwe wese niyegeranye ivyo ashoboye kurya. Mutore ingero imwe ya omeri*+ ku muntu, mwisunze igitigiri c’abantu mufise mw’ihema.”» Kuvayo 16:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Na we ababwira ati: «Ivyo nyene ni vyo Yehova yavuze. Ejo uzoba ari umusi w’akaruhuko kuzuye*, isabato nyeranda ya Yehova+. Ivyo mushaka kwotsa mwotse, ivyo mushaka guteka na vyo muteke+, ibisigaye mubibike gushika mu gitondo.»
16 Iri ni ryo tegeko Yehova atanze: “Umwe wese niyegeranye ivyo ashoboye kurya. Mutore ingero imwe ya omeri*+ ku muntu, mwisunze igitigiri c’abantu mufise mw’ihema.”»
23 Na we ababwira ati: «Ivyo nyene ni vyo Yehova yavuze. Ejo uzoba ari umusi w’akaruhuko kuzuye*, isabato nyeranda ya Yehova+. Ivyo mushaka kwotsa mwotse, ivyo mushaka guteka na vyo muteke+, ibisigaye mubibike gushika mu gitondo.»