ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Yezebeli aca arungika intumwa kuri Eliya ati: «Ejo nk’aya mango nintakugira nk’uko wagize umwe wese* muri abo bahanuzi, imana zizobimpanire bimwe bikomeye!»

  • 1 Abami 19:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Aca afata urugendo rw’umusi umwe ashika mu bugaragwa, yicara munsi y’agati k’umurotemu* maze yisabira gupfa. Avuga ati: «Yehova, birandambiye! Ndagusavye unkureho+ kuko ntaruta ba sogokuruza banje.»

  • Yobu 6:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Icompa Imana ikampa ico ndayisaba,

      kandi igashitsa ico nipfuza!

       9 Ese iyaba Imana yokwemera kumfyonyora,

      igatuma ukuboko kwayo ikankuraho+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika