ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ku musi ugira gatatu bazobe biteguye, kuko kuri uwo musi jewe Yehova nzomanuka ku musozi Sinayi bose babona.

  • Kuvayo 25:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Nzokwiyereka ndi hejuru y’uwo mufuniko, kandi aho ni ho nzovuganira nawe+. Nzokumenyesha amabwirizwa yose uzobwira Abisirayeli ndi hagati y’abo bakerubi babiri bari kw’isandugu y’isezerano*.

  • Kuvayo 34:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Nuko Yehova amanuka+ mu gicu, ahagararana na Musa ng’aho maze amumenyesha izina ryiwe, ari ryo Yehova+.

  • Guharura 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Yehova aca amanuka muri ya nkingi y’igicu+, ahagarara ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro maze ahamagara Aroni na Miriyamu. Na bo baca begera imbere.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika