Guharura 11:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Yehova aca amanuka mu gicu+, avugana na we+. Akura impwemu nkeyi+ kuri we, ayishira kuri umwumwe muri ba bashingantahe 70. Iyo mpwemu imaze kubajako, baca batangura kuvuga ubuhanuzi*+. Ariko ivyo ntivyabandanije. Guharura 12:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mvugana na we amaso mu yandi*+, ntomora, ata gufobeka. Arabona ishusho yanje jewe Yehova. Kuki none mwubahutse kuvuga nabi umusavyi wanje Musa?»
25 Yehova aca amanuka mu gicu+, avugana na we+. Akura impwemu nkeyi+ kuri we, ayishira kuri umwumwe muri ba bashingantahe 70. Iyo mpwemu imaze kubajako, baca batangura kuvuga ubuhanuzi*+. Ariko ivyo ntivyabandanije.
8 Mvugana na we amaso mu yandi*+, ntomora, ata gufobeka. Arabona ishusho yanje jewe Yehova. Kuki none mwubahutse kuvuga nabi umusavyi wanje Musa?»