ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Impwemu ya Yehova ica iguha inkomezi+ utangure nawe kuvuga ubuhanuzi nka bo, uhinduke uwundi muntu+.

  • 2 Abami 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ba bana b’abahanuzi b’i Yeriko bamubonye nka hariya, bavuga bati: «Elisha asigaye afise impwemu ya Eliya+.» Nuko baza kumusanganira, maze baramwunamira bashika hasi.

  • Nehemiya 9:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Wabahaye impwemu yawe nziza kugira ngo baronke ubukerebutsi*+. Ntiwigeze ubima manu bafungura+, kandi warabahaye amazi igihe bari banyotewe+.

  • Ivyakozwe 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 “‘Mu misi ya nyuma’, ni ko Imana ivuze, ‘nzosuka igice c’impwemu yanje ku bantu b’ubwoko bwose, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovuga ubuhanuzi, abasore banyu babone ivyo beretswe, abatama banyu na bo barote indoto+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika