-
Guharura 11:4, 5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Isinzi ry’abanyamahanga+ bari kumwe na bo batangura kwipfuza cane+ ivyo kurya vyizavyiza. Abisirayeli na bo nyene baca batangura kurira, bavuga bati: «Ni nde azoduha inyama turya+? 5 Urazi ukuntu dukumbuye ya mafi twahora twirira kuri gusa mu Misiri, na ya makonkombure, amapasteke, ibitunguru vya pwaro, ibitunguru vy’amagoma n’ibitungurusumu+!
-