Guharura 21:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Baguma bidogera Imana na Musa+, bavuga ngo: «Mbega mwadukuye mu Misiri kugira dupfire muri ubu bugaragwa? Nta vyo kurya n’amazi bihari+, kandi n’uyu mukate ugayitse usigaye udushisha+.»
5 Baguma bidogera Imana na Musa+, bavuga ngo: «Mbega mwadukuye mu Misiri kugira dupfire muri ubu bugaragwa? Nta vyo kurya n’amazi bihari+, kandi n’uyu mukate ugayitse usigaye udushisha+.»