Itanguriro 18:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Nzogaruka ng’aha mu mwaka uza nk’iki gihe, kandi Sara azoba afise umwana w’umuhungu.» Yesaya 59:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Raba! Ukuboko kwa Yehova si kugufi ku buryo kudashobora gukiza+,n’ugutwi kwiwe ntikwazivye* ku buryo kudashobora kwumva+. Mariko 10:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yezu arabihweza, aca ababwira ati: «Ku bantu ivyo ntibishoboka, ariko ku Mana si ko biri. Ku Mana vyose birashoboka+.» Luka 1:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 kuko ata kintu* na kimwe kidashoboka ku Mana+.»
14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Nzogaruka ng’aha mu mwaka uza nk’iki gihe, kandi Sara azoba afise umwana w’umuhungu.»
59 Raba! Ukuboko kwa Yehova si kugufi ku buryo kudashobora gukiza+,n’ugutwi kwiwe ntikwazivye* ku buryo kudashobora kwumva+.
27 Yezu arabihweza, aca ababwira ati: «Ku bantu ivyo ntibishoboka, ariko ku Mana si ko biri. Ku Mana vyose birashoboka+.»