Kuvayo 33:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Akimara kuryinjiramwo, ya nkingi y’igicu+ yaca imanuka igahagarara ku muryango w’ihema maze Imana ikavugana na we+. Guharura 12:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yehova aca amanuka muri ya nkingi y’igicu+, ahagarara ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro maze ahamagara Aroni na Miriyamu. Na bo baca begera imbere. Gusubira mu vyagezwe 31:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Yehova aca aza kuri iryo hema mu nkingi y’igicu, kandi iyo nkingi y’igicu yari ihagaze ku bwinjiriro bw’iryo hema+.
9 Akimara kuryinjiramwo, ya nkingi y’igicu+ yaca imanuka igahagarara ku muryango w’ihema maze Imana ikavugana na we+.
5 Yehova aca amanuka muri ya nkingi y’igicu+, ahagarara ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro maze ahamagara Aroni na Miriyamu. Na bo baca begera imbere.
15 Yehova aca aza kuri iryo hema mu nkingi y’igicu, kandi iyo nkingi y’igicu yari ihagaze ku bwinjiriro bw’iryo hema+.