Guharura 11:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nanje nzoca manuka+, mvuganire nawe ng’aho+. Nzokura impwemu nkeyi+ kuri wewe ndayishire kuri bo, baheze bagufashe kwikorera umuzigo w’aba bantu kugira ntubandanye kuwikorera wenyene+. 2 Abami 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Bakimara kujabuka, Eliya abwira Elisha ati: «Saba ico ushaka ko ndagukorera ntarajanwa, ngatandukana nawe.» Elisha aca amubwira ati: «Ndagusavye umpe imigabane ibiri+ y’impwemu* yawe+.» 2 Abami 2:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ba bana b’abahanuzi b’i Yeriko bamubonye nka hariya, bavuga bati: «Elisha asigaye afise impwemu ya Eliya+.» Nuko baza kumusanganira, maze baramwunamira bashika hasi.
17 Nanje nzoca manuka+, mvuganire nawe ng’aho+. Nzokura impwemu nkeyi+ kuri wewe ndayishire kuri bo, baheze bagufashe kwikorera umuzigo w’aba bantu kugira ntubandanye kuwikorera wenyene+.
9 Bakimara kujabuka, Eliya abwira Elisha ati: «Saba ico ushaka ko ndagukorera ntarajanwa, ngatandukana nawe.» Elisha aca amubwira ati: «Ndagusavye umpe imigabane ibiri+ y’impwemu* yawe+.»
15 Ba bana b’abahanuzi b’i Yeriko bamubonye nka hariya, bavuga bati: «Elisha asigaye afise impwemu ya Eliya+.» Nuko baza kumusanganira, maze baramwunamira bashika hasi.