Mariko 9:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Yohani aca amubwira ati: «Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni mw’izina ryawe, duca tugerageza kumubuza kubera atariko aradukurikira+.»
38 Yohani aca amubwira ati: «Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni mw’izina ryawe, duca tugerageza kumubuza kubera atariko aradukurikira+.»