Kuvayo 2:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Umuherezi w’i Midiyani+ rero yari afise abakobwa indwi. Nuko baza kuvoma amazi, buzuza amato* kugira ibitungwa vya se binywe amazi. Kuvayo 2:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Inyuma y’ivyo, Musa yemera kuba kwa Ruweli, na we araheza amuha Zipora+ umukobwa wiwe ngo abe umugore wiwe.
16 Umuherezi w’i Midiyani+ rero yari afise abakobwa indwi. Nuko baza kuvoma amazi, buzuza amato* kugira ibitungwa vya se binywe amazi.
21 Inyuma y’ivyo, Musa yemera kuba kwa Ruweli, na we araheza amuha Zipora+ umukobwa wiwe ngo abe umugore wiwe.