ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Kubera iki Yehova atujanye muri ico gihugu kugira twicwe n’inkota+? Abagore bacu n’abana bacu bazogirwa imbohe+. None ntitwopfuma twisubirira mu Misiri+?»

  • Gusubira mu vyagezwe 1:39
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 39 Vyongeye, abana banyu mwavuze ko bazogirwa imbohe+, ni ukuvuga abahungu banyu bataramenya gutandukanya iciza n’ikibi, ni bo bazocinjiramwo kandi nzokibaha bacigabire+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika