ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Iri na ryo ni itegeko rigenga ishikanwa ry’intete+: abahungu ba Aroni ni bo bazorizana ku gicaniro imbere ya Yehova.

  • Guharura 28:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Mu ntango za buri kwezi, muzoshikanira Yehova ishikanwa riturirwa rigizwe n’ishuri zibiri zikiri nto be n’impfizi y’intama n’imyagazi y’intama indwi imaze umwaka umwumwe kandi itagira akanenge+. 12 Muzobitangana n’ishikanwa ry’intete+ rigizwe n’ivy’icumi bitatu vy’ingero ya efa y’ifu inoze ivanze n’amavuta kw’ishuri imwimwe, ishikanwa ry’intete rigizwe n’ivy’icumi bibiri vy’ingero ya efa y’ifu inoze ivanze n’amavuta ku mpfizi y’intama+,

  • Guharura 29:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Ivyo vyose bizoza vyiyongera kw’ishikanwa riturirwa rya buri kwezi be n’ishikanwa ryaryo ry’intete+ no kw’ishikanwa riturirwa ryamaho be n’ishikanwa ryaryo ry’intete+ hamwe no ku mashikanwa yavyo y’ibinyobwa+. Muzobitanga nk’uko bisabwa n’amategeko. Ni ishikanwa bashikanisha umuriro ry’akamoto kamotera neza Yehova.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika