Itanguriro 46:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Aya rero ni yo mazina y’abahungu ba Isirayeli, abahungu ba Yakobo binjiye mu Misiri+: imfura ya Yakobo yari Rubeni+.
8 Aya rero ni yo mazina y’abahungu ba Isirayeli, abahungu ba Yakobo binjiye mu Misiri+: imfura ya Yakobo yari Rubeni+.