ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 1:53
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 53 Abalewi bazokambika hirya no hino y’ihema ryeranda ririmwo isandugu y’isezerano*, kugira sinshavurire ishengero ry’Abisirayeli+. Abalewi ni bo bajejwe kwitwararika* ihema ryeranda ririmwo isandugu y’isezerano+.»

  • Guharura 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 «Zana Abalewi+, ubashikirize Aroni umuherezi kugira bamufashe+.

  • Guharura 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Ng’iki igikorwa Abakohati bazokora kw’ihema ry’ibonaniro+. Ni ikintu ceranda cane:

  • Gusubira mu vyagezwe 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ico gihe ni ho Yehova yacagura umuryango w’Abalewi+ ngo barerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, bahagarare imbere ya Yehova kugira bamukorere no kugira bahezagire abantu mw’izina ryiwe+ nk’uko biri gushika uyu musi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika