Guharura 20:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ariko aho hantu nta mazi yariho ishengero ryokoresha+. Abantu rero baca bakoranira hamwe, bagarariza Musa na Aroni. Guharura 20:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Musa na Aroni baca bava imbere y’ishengero, baza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro, maze barunama mu maso hashika hasi. Ubuninahazwa bwa Yehova buca butangura kubabonekera+.
2 Ariko aho hantu nta mazi yariho ishengero ryokoresha+. Abantu rero baca bakoranira hamwe, bagarariza Musa na Aroni.
6 Musa na Aroni baca bava imbere y’ishengero, baza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro, maze barunama mu maso hashika hasi. Ubuninahazwa bwa Yehova buca butangura kubabonekera+.