Kuvayo 23:20, 21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ehe ndungitse umumarayika imbere yanyu+ kugira abakingire ku rugendo yongere abashikane ahantu nateguye+. 21 Muze mumwumvirize kandi mumugamburukire. Ntimuze mumugararize kuko aje mw’izina ryanje, kandi ntazoharira amakosa yanyu+. 1 Abakorinto 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ivyo bintu rero vyatubereye akarorero, kugira ntitwipfuze ibintu bibi nk’uko na bo bavyipfuje+. 1 Abakorinto 10:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Eka kandi ntimukidodombe nk’uko bamwe muri bo bidodomvye+, bakicwa n’umuranduzi+.
20 Ehe ndungitse umumarayika imbere yanyu+ kugira abakingire ku rugendo yongere abashikane ahantu nateguye+. 21 Muze mumwumvirize kandi mumugamburukire. Ntimuze mumugararize kuko aje mw’izina ryanje, kandi ntazoharira amakosa yanyu+.