ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 34:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Hanyuma avuga ati: «Nimba nagiriwe ubuntu imbere yawe, ewe Yehova, ndakwinginze Yehova, ugendere hagati yacu+ naho turi abantu b’intumva*+, kandi uduharire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ihanga ryawe bwite.»

  • Guharura 8:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Abalewi nzobaha Aroni n’abahungu biwe nk’ingabire ivuye mu Bisirayeli, kugira bakore ibikorwa vyo kw’ihema ry’ibonaniro mu kibanza c’Abisirayeli+ no kugira babatangire impongano. Ivyo bizotuma Abisirayeli badashikirwa n’ivyago+ kubera begereye ahantu heranda.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika