14 «Aravumwe umunyamayeri afise mu busho igitungwa kitagira akanenge, mugabo akagira indagano hanyuma agashikanira Yehova igifise akanenge. Erega ndi Umwami ahambaye+», ni ko Yehova Nyeningabo avuze, «kandi izina ryanje rizoba iriteye akoba mu mahanga+.»