-
Abaheburayo 9:13, 14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Nakare nimba amaraso y’impene n’ay’impfizi+ be n’iminyota y’ishashi* imijagirwa ku bahumanye vyeza umubiri bikawuhumanura+, 14 hari akantu amaraso ya Kristu+, umwe yishikanye ku Mana atagira akanenge* biciye ku mpwemu idahera. Amaraso yiwe arahumanura ijwi ryacu ryo mu mutima rigakira ibikorwa ata co bimaze*+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+.
-