Guharura 19:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Umuntu wese akoze ku kiziga c’umuntu azomara imisi indwi ahumanye+. Guharura 31:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Muzomara imisi indwi muba hanze y’ikambi. Umuntu wese muri mwebwe no mu bo mwagize imbohe yishe umuntu canke agakora ku muvyimba+, ategerezwa kwihumanura+ ku musi ugira gatatu no ku musi ugira indwi.
19 Muzomara imisi indwi muba hanze y’ikambi. Umuntu wese muri mwebwe no mu bo mwagize imbohe yishe umuntu canke agakora ku muvyimba+, ategerezwa kwihumanura+ ku musi ugira gatatu no ku musi ugira indwi.