1 Abakorinto 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ivyo bintu rero vyatubereye akarorero, kugira ntitwipfuze ibintu bibi nk’uko na bo bavyipfuje+. 1 Abakorinto 10:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Eka kandi ntitukagerageze Yehova*+ nk’uko bamwe muri bo bamugerageje, bakicwa n’inzoka+.