Yohani 3:14, 15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nk’uko Musa yamanitse inzoka mu bugaragwa+, ni ko n’Umwana w’umuntu ategerezwa kumanikwa+, 15 kugira ngo umuntu wese amwizera aronke ubuzima budahera+.
14 Nk’uko Musa yamanitse inzoka mu bugaragwa+, ni ko n’Umwana w’umuntu ategerezwa kumanikwa+, 15 kugira ngo umuntu wese amwizera aronke ubuzima budahera+.