ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 22:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Balaki yumvise ko Balamu yaje, aca aja kumusanganira mu gisagara ca Mowabu. Ico gisagara cari ku nkengera ya Arunoni, ku rubibe rw’akarere ka Mowabu.

  • Abacamanza 11:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Igihe bashishikara urugendo mu bugaragwa, barazungurutse igihugu ca Edomu+ n’ica Mowabu. Baciye mu buseruko bwa Mowabu+ maze bakambika mu karere ka Arunoni. Ntibarenze urubibe rwa Mowabu+, kuko uruzi Arunoni rwari rwo rubibe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika