-
Gusubira mu vyagezwe 2:26-28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Turi mu bugaragwa bwa Kedemoti+, naciye ndungikana abantu ubutumwa bw’amahoro kuri Sihoni umwami wa Heshiboni+ nti: 27 “Tureke duce mu gihugu cawe. Tuzoguma mw’ibarabara, ntituzokatira iburyo canke ibubamfu+. 28 Ibifungurwa tuzorya n’amazi tuzonywa tuzobikugurira. Tureke gusa twirenganire n’amaguru,
-