ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 14:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Yehova Nyeningabo yarahiye ati:

      «Bizoba nk’uko navyiyumviriye,

      kandi ivyo nashinze ni vyo bizoshika.

  • Yesaya 46:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Mpera mu ntango nkavuga uko ibintu bizogenda*,

      ngahera kuva kera cane nkavuga ibintu bitarakorwa+.

      Mvuga nti: “Umugambi* wanje uzoranguka+,

      kandi nzokora ikintu cose kimpimbara+.”

  • Mika 7:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Uzoba umwizigirwa kuri Yakobo,

      wereke Aburahamu urukundo rudahera*,

      nk’uko wabirahiye ba sogokuruza bacu kuva mu misi ya kera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika