-
Guharura 23:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Balamu aca abwira Balaki ati: «Sigara ng’aho iruhande y’ishikanwa riturirwa ryawe, jewe ngiye harya hirya gatoyi. Hari aho Yehova yombonekera. Ico ambwira cose ndakikumenyesha.» Aca ava ng’aho agenda hejuru ku gasozi.
-
-
Guharura 23:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Balamu rero abwira Balaki ati: «Sigara ng’aho iruhande y’ishikanwa riturirwa ryawe, jewe ngiye harya hirya kuvugana n’Imana.»
-
-
Guharura 23:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
Ku vyerekeye Yakobo na Isirayeli, umuntu yoshobora kuvuga ati:
“Raba ibitangaza Imana yakoze!”
-