ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Abisirayeli bakwiye gukambika mu kibanza umugwi wabo ugizwe n’imiryango itatitatu+ wahawe, umwe wese iruhande y’ikimenyetso* c’umugwi ugizwe n’imiryango yabo. Bakwiye gukambika baraba ihema ry’ibonaniro, hirya no hino yaryo.

  • Guharura 23:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Ndababona ndi hejuru ku bitandara,

      nkabitegereza ndi hejuru ku mitumba.

      Ni umugwi w’abantu uri ukwa wonyene+,

      baritandukanije n’ayandi mahanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika