-
1 Samweli 19:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Sawuli aca atuma intumwa gufata Dawidi. Zibonye abahanuzi bitereye mu myaka bariko baravuga ubuhanuzi bahagarikiwe na Samweli, impwemu y’Imana ica iza kuri izo ntumwa za Sawuli, na zo nyene zitangura kwigenza nk’abahanuzi.
-