Guharura 23:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Maze Balamu avuga ati+: «Balaki umwami wa Mowabu yankuye i Aramu+,mu misozi yo mu buseruko, maze ambwira ati: “Ingo umvumire Yakobo. Emwe, ingo untukire Isirayeli+.” Guharura 23:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Na we amwishura ati+: «Haguruka Balaki wumvirize, nyumviriza wa muhungu wa Zipori!
7 Maze Balamu avuga ati+: «Balaki umwami wa Mowabu yankuye i Aramu+,mu misozi yo mu buseruko, maze ambwira ati: “Ingo umvumire Yakobo. Emwe, ingo untukire Isirayeli+.”