Zaburi 110:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yehova azoramvura agakoni k’ububasha bwawe ari i Siyoni, avuge ati: «Ganza hagati y’abansi bawe+.» Abaheburayo 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ivuga ngo: «Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami+ gushika ibihe bidahera, kandi agakoni k’Ubwami bwawe ni agakoni k’ubutungane*.
8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ivuga ngo: «Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami+ gushika ibihe bidahera, kandi agakoni k’Ubwami bwawe ni agakoni k’ubutungane*.