Yosuwa 2:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Maze Yosuwa mwene Nuni arungika mu mpisho abagabo babiri ngo baje gusuma urusaku* bavuye i Shitimu+. Ababwira ati: «Nimugende mwihweze ico gihugu, na canecane Yeriko.» Nuko baragenda, bashikira mu nzu y’umumaraya yitwa Rahabu+ baraheza baka indaro ng’aho. Mika 6:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Bantu banje, ndabinginze mwibuke ivyiyumviro Balaki umwami wa Mowabu yashikirije+,n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+.Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+,kugira ngo mumenye ibintu bigororotse Yehova yakoze.»
2 Maze Yosuwa mwene Nuni arungika mu mpisho abagabo babiri ngo baje gusuma urusaku* bavuye i Shitimu+. Ababwira ati: «Nimugende mwihweze ico gihugu, na canecane Yeriko.» Nuko baragenda, bashikira mu nzu y’umumaraya yitwa Rahabu+ baraheza baka indaro ng’aho.
5 Bantu banje, ndabinginze mwibuke ivyiyumviro Balaki umwami wa Mowabu yashikirije+,n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+.Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+,kugira ngo mumenye ibintu bigororotse Yehova yakoze.»